mardi 19 juin 2012

Réponse de Sat B


 
 
IMANA IBABABARIRE KUKO NTIMUZI ICO MUKORA
mwiriwe bantu mwese hary ubona kur iyi si nta kintu kibi nko kwica ubuzima bw umuntu!!!!là santana vs me tuéééééééééééééééé so ko mumpor ico ndi mukuvuga ivyo mwishakira iyi ""MONTAGE""ndayise iy akataraboneka har itariki 10/06 yoya yar afise concert mu kanyosha imana yanje nsenga n imwe ""yo mwijuru"" ndarahiye u yko ntigeze nkorwa ko canke nter induru uretse ko nd umuntu nzwi nitawe ho mu kartié y iwacu kanyosha jewe nagiye kuraba ubuhinga mugenz anje yoya yoba afise burenze koko kubwo nobamfise ngo menye ingene naje notera intambwe muri music live igihe nashika wamengo nije nyene concert haraba ikintu citwa embouteillage ku muryango hamwe n uwari ku muryango ananirwa n ukuntu yo kuvyitamwo ndabaza nti""mbe mukwijira ndariha???"""umwe mubari kumwe na yoya ati ""ntiworiha sat-b""ndinjir indani hanze abariyo baguma bavuga bati;sat-b!! sat-b!! sat-b!! ofet benshi bibazaga igituma yoya yagize concert mu kanyosha nta nshire mwo?? kuri jewe naco vyantwaye kandi kuko muravyumva sinobabazwa n ikintu gito caane nk ico gusa kiri muvyatumye yoya abura abantu n ikindi n uko yagize concert ku mafranga 2000fbu nta bantu yaronka !!!!soo iryo shavu ndumva aho ryavuye mpejeje kwinjir indani naricaye na jojo paparazzi n uwitwa bienvenue amiri pro,na f.birori mukanya barampamagara hanze nje kurihir umugenzi ndagenda ndamurihira hanze hasubira uruhagarara yoya arababara caaaane n izo nyanka mugayo zirababara ngira ngo ngiye kwinjira baranka bati ""sat-b ntiwinjira uje guter uruhagarara"" neza na neza ico nakoze nafash inzira injana gushika muhira abantu bose babibonye barababara n abagomba kwinjira ntibaba bakic injira yo kandi hanze hasigara hagaragara.....1.n iki cotuma n umvir ishari yoya ata bu star ansumvya ndavyemanze?? 2..n igiki ca graave cotuma ngira desordre nk iyo ahantu hatari n abantu 300?? 3. ic afise yagihawe n imana naho umwana w umuntu yogir iki ntawo mu kora ko 4..ndemera yoya nka na mwubaha mu kazi dusangiye 5..imana iba babarire abantu bose mugomba kw ic izina ryanje mu bi,tu bitagira sense 5 hey kugira nzoreke kwigwanaho bizosaba y uko mu banza kunc umutwe nkava ho!!!

imana yanje ni yo rwawe ivy ukora n ivyo nkOra irabibona iraz ukuri kuri mumitima no mu mitwe yacu ndarahiriye ku rupfu nti""nkaba n igeze nshaka kwica,show ya frére yoya canke ibindi.......

jalousie!! jalousie!! jalousie!! uwa 1er isi nzima ayifise nimwebwe
izina ryanje n umwana avuye kuyo yaneye ararigira uko yishakiye eh,voila ico bashatse bakironse mu maze kwumva abatangura kuvuga bati ;""ntizokwumviriza inderimbo ze nk aho hambere abandi bati nd uko canke kuri yo bivuye kuri MONTAGE ntazi ntazi n iyo yavuye vyose n ishari mumfiti ye kuko mubona ko nahinduye vyinshi mu buzima bwanje ego ni vyinshi noba narakoze bitari vyizaaa n ubu bikinkurikirana ariko ukuri kuzi imana yanje ihinduka nagize rizi koko uwuri hafi yanje uwushaka koko kurimenya!!!!! mwibuke ko

izo zibika z ari amagi kandi siko bizokwama biri uwa mbere azob uwanyuma uwanyuma ab uwambere muri kahise basogokuru bababazwa n ikimoko bahabwa n abazungu ariko muri k ubu bantu tubabazwa no kubona mwene wacu ater imbere navukiye mu magari amabenzi ect....nagiye gukura birahera ncik umushenzi amatungo ya papa asahurwa n inyenzi ngiye kubobona mpitamwo kub umuhanzi :::wallahi sinar umwana mubi naho mwifuza ko ariko bimera abandi nabo bati.........ariko uko biri kwose ndemye munshusho y imana wewe ucinyiza mwena wanyu kandi vyitwa ko uriko uraronder ijuru amaherezo yawe ntayo nzi!!!!!!

wewe ugifise agatima k inzigo agatima k amacakubiri rekurira mwene wanyu nkuk imana yabidutegetse utaravy imisozi ama komine cank ibindi biza bidutanya habuz iki ng urekurire mwene wanyu utitwaj icuri canke ivy ufise ndaje kubasaba kandi nsavye ko mwompa ndadodoye munyugururire mu menye k ico muri gituma mwene wanyu arushwa agateka n uwafuye kuri iyi isi yamarira n inzigo ubukene n inzara mana mfashaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaaa

Aucun commentaire: