lundi 8 juillet 2013

TATIANNA UKUNDANDE?


                          (Aha arikumwe na baby boy)
                              www.burundinambo.blogspot.com
Iyi situation irateyisoni kubona umu actrisse akomeye mugihugu nk’uyu ahindura abahungu nk’impuzu,
Iki kintu cotuma avurwa nabi naba fans b’amafilm z’abarundi mumakungu.kandi hariho inkuru zitara menyekana neza za (UWAMUKUNDA  Juliana a.k.a  TATIANNA) zivugaa ngo agomba ku rongorwa n’umuhungu ari mugihugu ca SOUTH AFRICA bakundanye kera,ariko ingeso ziwe ziraterisoni mpaka.ukwo bivurwa ngo yarakundanye na
Buba Rukundo 
Akimana Iddy
 Sal-g Rais Wa Mauz
(petit frère wa Sat B)...n’abandi benshi.




Twa gerageje kuvugana na BUBA THE HOT ibi nivyo ya vuze
                  , 
      HUYO DEMU NI KICHECHE SANA TU TOKA LONG TYM KOZ MIMI MWENYEWE NILI MSHAURI HAKUTAKA KUSIKIA,WEWE SIUNAJUA KAMA MIMI MWENYEWE NILIWAHI KURUKA NAE?NINI CHANZO MPAKA TUACHANE?UKICHECHE WAKE,I BELIEVE THAT ONE DAY ATA JUTIA UROFA WAKE HUKU AKILIA TENA HUYO DEMU ANASHOBO ZA KIMALAYA,

Kuhusu mimi nilisha toka NIGERIA hivi niko MALAWI tell all my fans i miss them if god wish nitakuja. 



IZINDI PHOTO ZA TATIANNA



mercredi 9 janvier 2013

Is BUBA THE HOT Freemasonry?

Here he is with his friends (look at his hands) ANITHA&BUBA&SHANELLA
 Here he is with his friends (look at his hand)



Izi nkuru nti zira menyekana neza,ariko n'amakenga y'abafans biwe,bamwe  bagenda bavuga bati "NTA KUNTU BUBA ASHOBORA GU SAPOTINGA ILLUMINATI KANDI AZI NEZA KO ARI DINI ISENGA SATANI,BISIGURA YUKO NAWE ARIMWO"n'imvugo yu mugenzi wiwe yanse kw'ivuga mwizina...

RABA POST YIWE KURI PAGE YA FREEMASON

"I ALWAYS REMEMBER WHEN I WAS BLESSED WITH HOLY BLOOD,I was given respect as freemason, yes i am a freema talent..."

iki kintu kirerekana yuko THE HOT ari muri ILLUMINATI

uwundi mugenzi wiwe wa hafi yavuze ko BUBA THE HOT ntabwo ari umu DEVIL SHIP n'umu MUSILMAN asenga kandi akomeye...