mercredi 9 janvier 2013

Is BUBA THE HOT Freemasonry?

Here he is with his friends (look at his hands) ANITHA&BUBA&SHANELLA
 Here he is with his friends (look at his hand)



Izi nkuru nti zira menyekana neza,ariko n'amakenga y'abafans biwe,bamwe  bagenda bavuga bati "NTA KUNTU BUBA ASHOBORA GU SAPOTINGA ILLUMINATI KANDI AZI NEZA KO ARI DINI ISENGA SATANI,BISIGURA YUKO NAWE ARIMWO"n'imvugo yu mugenzi wiwe yanse kw'ivuga mwizina...

RABA POST YIWE KURI PAGE YA FREEMASON

"I ALWAYS REMEMBER WHEN I WAS BLESSED WITH HOLY BLOOD,I was given respect as freemason, yes i am a freema talent..."

iki kintu kirerekana yuko THE HOT ari muri ILLUMINATI

uwundi mugenzi wiwe wa hafi yavuze ko BUBA THE HOT ntabwo ari umu DEVIL SHIP n'umu MUSILMAN asenga kandi akomeye...

Aucun commentaire: